Nakoze iki gitabo kuko nshaka guha akaryo abana b'aburundi bavukiye canke bakuriye hanze y'Uburundi, kandi batariga ingene ibi bikoko vyitwa, ariko kandi no mu ntumbero yo guteza imbere Uburundi n'ururimi rw'ikirundi. N'urutonde rw'ibikoko 30 vyo mw'ishamba hamwe n'ivyo tumenyereye kubona mu buzima bwa minsi yose. Umwana wanyu rero azogira amahirwe yo kwiga amazina y'ivyo bikoko mu rurimi rw'ikirundi. Iki gitabo ni ciza kubana kuko kibigisha ikirundi kuva bakiri bato. Kubataramenya gusoma, abavyeyi babo canke abarimu barashobora kukibasomera, ku bashobora gusoma nabo bazobona insobanuro mucongereza. Hamwe n'amashusho adasanzwe, asukuye, mugihe cose bahindukije urupapuro, bazokwiga amazina y'ibi bikoko bitangaje kandi babone neza uko bisa. -- I created this book because I want to provide the opportunity for Burundian kids who either were born or grew up outside of Burundi and haven't gotten the chance to learn what these animals are called in Kirundi. It's a mix of wild and pet animals, so your child will have the opportunity to learn some of both worlds. This book is perfect for kids because it will teach them Kirundi from a young age. For those who don't know how to read yet, parents or teachers can read to them. And those who can read already will see the translation in English. With super-clean, realistic images, as they turn the pages, they will not only discover the names of these amazing animals but also see closely what they look like. Murakoze / Thank you, Emmanuel Gakiza (c) 2024 Kunda Burundi
ThriftBooks sells millions of used books at the lowest everyday prices. We personally assess every book's quality and offer rare, out-of-print treasures. We deliver the joy of reading in recyclable packaging with free standard shipping on US orders over $20. ThriftBooks.com. Read more. Spend less.