Skip to content
Scan a barcode
Scan
Paperback Abarundi, Ihanga ryatoranijwe n'Imana: Ibanga rinyegejwe mw'Isezerano [Rundi] Book

ISBN: 0359293069

ISBN13: 9780359293063

Abarundi, Ihanga ryatoranijwe n'Imana: Ibanga rinyegejwe mw'Isezerano [Rundi]

Ubuvugishwa canke ubuhanuzi bwa mbere ku gihugu c Uburundi bwa vuzwe mu mwaka wa 1935, umwaka amashengero ya pentekote yatanguzwa mu Burundi n abakozi b Imana bari baje bava mu gihugu ca Suwedi, bavugishwa yuko Abarindi ari ihanga ryatoranijwe n Imana. Ubundi buvugishwa bwasaba abarundikwiyeza, kwishonzesha no gusenga cane kuko Abarundi ari Ihanga ryatoranijwe, bwavuzwe muri Myandagaro 1968 mu gikorane c Amashengero ya Pentekoti cari cabereye I Mugara. None ko havugwa yuko aburundi ari ihanga rya toranijwe mbere bagashirako yuko ari Isirayeli ya kabiri, haraho Abarundi bahuriye n abahebuayo? Ivyo nivyo tugiye kwihwezi mu bikurikira. Kugira ngo umuntu ashobore gutahura ibihe Aburundi bariko buracamwo kuva imyaka 56 irangiye gushika uyu munsi tugiye kurabira hamwe yuko hoba hariho isano hagati y amahanga yatoranijwe n Imana na cane cane ibintu bivugwa yuko Uburundi ari Ihanga ryatoranijwe arivyo n ibigize iryo sezerano.

Recommended

Format: Paperback

Temporarily Unavailable

We receive fewer than 1 copy every 6 months.

Save to List

Customer Reviews

0 rating
Copyright © 2026 Thriftbooks.com Terms of Use | Privacy Policy | Do Not Sell/Share My Personal Information | Cookie Policy | Cookie Preferences | Accessibility Statement
ThriftBooks® and the ThriftBooks® logo are registered trademarks of Thrift Books Global, LLC
GoDaddy Verified and Secured